Gusubira mu vyagezwe 11:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ariko igihugu mugira mujabukiremwo ngo mucigarurire ni igihugu c’imisozi n’ibiyaya vy’imibande+. Amazi y’imvura yo mu majuru ni yo cinywera, Gusubira mu vyagezwe 33:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuri Yozefu na ho avuga+ ati:“Igihugu ciwe came gihezagirwa na Yehova+Agihe ibintu vyiza vyo mw’ijuru, n’ikime+,Agihe n’inyenga y’amazi arundanye epfo munsi+,
11 Ariko igihugu mugira mujabukiremwo ngo mucigarurire ni igihugu c’imisozi n’ibiyaya vy’imibande+. Amazi y’imvura yo mu majuru ni yo cinywera,
13 Kuri Yozefu na ho avuga+ ati:“Igihugu ciwe came gihezagirwa na Yehova+Agihe ibintu vyiza vyo mw’ijuru, n’ikime+,Agihe n’inyenga y’amazi arundanye epfo munsi+,