Itanguriro 27:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Imana y’ukuri iguhe urume rwo mu majuru+ n’ivu rimera ry’isi+ n’intete nyinshi be n’umuvinyu mushasha+. Zakariya 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 ‘Kuko hazobibwa imbuto y’amahoro+; umuzabibu uzotanga icamwa cawo+, isi itange umwimbu wayo+, amajuru na yo atange ikime cayo+; nzotuma koko amasigarira+ y’aba bantu atorana ivyo vyose+.
28 Imana y’ukuri iguhe urume rwo mu majuru+ n’ivu rimera ry’isi+ n’intete nyinshi be n’umuvinyu mushasha+.
12 ‘Kuko hazobibwa imbuto y’amahoro+; umuzabibu uzotanga icamwa cawo+, isi itange umwimbu wayo+, amajuru na yo atange ikime cayo+; nzotuma koko amasigarira+ y’aba bantu atorana ivyo vyose+.