ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 19:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ibiharabuga vy’iruhande y’uruzi Nili, ku munwa w’uruzi Nili, n’imirima yose itewemwo imbuto y’uruzi Nili, bizokwuma+. Bizokukumurwa koko, kandi ntibizokwongera kubaho.

  • Ezekiyeli 30:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Imigende ya Nili+ nzoyigira ubutaka bwumutse, ngurishe igihugu mu kuboko kw’abantu babi+, igihugu be n’ibicuzuyemwo vyose ntume bigirwa umusaka n’ukuboko kw’ab’ahandi+. Jewe Yehova, ndavuze+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika