12 Ab’ahandi, intwazamukazo z’amahanga, bazoryicira, kandi abantu bazorihebera ku misozi; amababi yaryo ntazobura kugwa mu mibande yose, udushami twaryo na two tuvunagurikire mu nzira z’imigezi zose zo kw’isi+. Ibisata vyose vy’abantu bizomanuka bivuye mu gitutu caryo, birihebe+.