1 Samweli 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nayo Yehova, abanigana na we bazotekerwa n’ubwoba+;Azobaturagarira ari mw’ijuru+.Yehova ubwiwe azocira urubanza impera z’isi+,Kugira ngo ahe inkomezi umwami wiwe+,Kugira ngo ashire hejuru ihembe ry’uwo yarobanuje amavuta*+.” Zaburi 132:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ng’aho, nzokuza ihembe rya Dawidi+.Natunganirije itara uwo narobanuje amavuta+. Yeremiya 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Ehe imisi iraje,” ni ko Yehova avuze, “kandi nzohagurukiriza Dawidi umunago ugororotse+. Kandi umwami azoganza koko+, akorane ukwiyubara yongere ashitse ubutungane n’ubugororotsi mu gihugu+. Luka 1:69 Bibiliya y’isi nshasha 69 Kandi yaduhagurukirije ihembe+ ry’ubukiriro mu nzu ya Dawidi umusavyi wiwe,
10 Nayo Yehova, abanigana na we bazotekerwa n’ubwoba+;Azobaturagarira ari mw’ijuru+.Yehova ubwiwe azocira urubanza impera z’isi+,Kugira ngo ahe inkomezi umwami wiwe+,Kugira ngo ashire hejuru ihembe ry’uwo yarobanuje amavuta*+.”
5 “Ehe imisi iraje,” ni ko Yehova avuze, “kandi nzohagurukiriza Dawidi umunago ugororotse+. Kandi umwami azoganza koko+, akorane ukwiyubara yongere ashitse ubutungane n’ubugororotsi mu gihugu+.