Hoseya 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ntibazobandanya kuba mu gihugu ca Yehova+, kandi Efurayimu azosubira koko mu Misiri+, kandi muri Ashuri bazorya ibihumanye+.
3 Ntibazobandanya kuba mu gihugu ca Yehova+, kandi Efurayimu azosubira koko mu Misiri+, kandi muri Ashuri bazorya ibihumanye+.