ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:68
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 68 Kandi Yehova azogusubiza mu Misiri mu meri agucishije muri ya nzira nakubwira nti: ‘Ntuzopfa usubiye kuyibona+,’ kandi hiyo muzobwirizwa kwigurisha ku bansi bawe ngo mube abashumba n’abasukukazi+, ariko nta muguzi azoboneka.”

  • Hoseya 8:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Bwa bimazi vy’ingabirano nshikanirwa, bagumye bashikana inyama+, kandi bagumye barya ibidahimbara Yehova+. Ubu rero azokwibuka ikosa ryabo, agire ico abaza ku bijanye n’ibicumuro vyabo+. Bo basubiye mu Misiri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika