ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Hoseya 7:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Maze batangura kugaruka, mugabo atari ku gusenga kw’ukuri+; bari bameze nk’umuheto utanangiriye+. Abaganwa babo bazogwishwa n’inkota kubera imisibo y’ururimi rwabo+. Ni co gituma bazobatwengera mw’ijigo mu gihugu ca Misiri+.”

  • Hoseya 9:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ntibazobandanya kuba mu gihugu ca Yehova+, kandi Efurayimu azosubira koko mu Misiri+, kandi muri Ashuri bazorya ibihumanye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika