Yeremiya 7:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: ‘Nimwongere ayo mashikanwa yanyu aturirwa uko yakabaye ku bimazi vyanyu maze murye inyama+.
21 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: ‘Nimwongere ayo mashikanwa yanyu aturirwa uko yakabaye ku bimazi vyanyu maze murye inyama+.