2 Samweli 14:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko tutazobura gupfa+ tukamera nk’amazi asutswe hasi, ayadashobora kuyorwa. Mugabo Imana ntizokuraho umuntu+, kandi yararimbūye imvo zituma uwomowe ataba uwomowe imbere yayo. Ezekiyeli 18:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “‘Mbega ugira ngo ndahimbarwa na gato n’uko umubisha apfa+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘atari uko yohindukira akava mu nzira ziwe, akabandanya kubaho+?’ Luka 15:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ndabibabwiye, ukwo ni ko haba akanyamuneza mu bamarayika b’Imana ku mucumuzi umwe yigaye+.” 1 Timoteyo 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 umwe agomba ko abantu b’uburyo bwose+ bakizwa+ bagashika ku bumenyi butagira amakosa+ bwerekeye ukuri+.
14 Kuko tutazobura gupfa+ tukamera nk’amazi asutswe hasi, ayadashobora kuyorwa. Mugabo Imana ntizokuraho umuntu+, kandi yararimbūye imvo zituma uwomowe ataba uwomowe imbere yayo.
23 “‘Mbega ugira ngo ndahimbarwa na gato n’uko umubisha apfa+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘atari uko yohindukira akava mu nzira ziwe, akabandanya kubaho+?’
4 umwe agomba ko abantu b’uburyo bwose+ bakizwa+ bagashika ku bumenyi butagira amakosa+ bwerekeye ukuri+.