Mika 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Kuri uwo musi,” ni ko Yehova avuze, “nzokoranya uwacumbagira+; kandi uwari yarashwiragiye nzomwegeraniriza hamwe+, egome, uwo nagiriye nabi. Matayo 15:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Yishura ati: “Nta wundi natumweko atari ku ntama zazimiye z’inzu ya Isirayeli+.” Luka 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Ni nde muri mwebwe afise intama ijana, atakaje imwe muri zo, atazosiga zimwe mirongo icenda n’icenda mu gahinga akaja kurondera iyatakaye gushika ayitoye+?
6 “Kuri uwo musi,” ni ko Yehova avuze, “nzokoranya uwacumbagira+; kandi uwari yarashwiragiye nzomwegeraniriza hamwe+, egome, uwo nagiriye nabi.
4 “Ni nde muri mwebwe afise intama ijana, atakaje imwe muri zo, atazosiga zimwe mirongo icenda n’icenda mu gahinga akaja kurondera iyatakaye gushika ayitoye+?