Gusubira mu vyagezwe 32:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Aho Yeshuruni*+ atanguriye kudoha, ni ho yaciye atera imigere+.Waradoshe, warakakamye, waradigamwe+.Yaciye aheba Imana, ari yo yamuremye+Asuzugura Igitandara+ c’ubukiriro bwiwe. Yesaya 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ni co gituma Umukama w’ukuri, Yehova nyen’ingabo, azoguma arungika indwara y’ubugesera ku badoshe biwe+, kandi munsi y’ubuninahazwa bwiwe ukururumba kuzoguma kururumba nk’ukururumba kw’umuriro+. Amosi 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Nimwumve iri jambo, mwa nka z’i Bashani mwe+, mu ri ku musozi wa Samariya+, mugunga abantu batobato+, mugakandamiza aboro, mu kabwira ba shobuja ngo: ‘Zana twinywere!’
15 Aho Yeshuruni*+ atanguriye kudoha, ni ho yaciye atera imigere+.Waradoshe, warakakamye, waradigamwe+.Yaciye aheba Imana, ari yo yamuremye+Asuzugura Igitandara+ c’ubukiriro bwiwe.
16 Ni co gituma Umukama w’ukuri, Yehova nyen’ingabo, azoguma arungika indwara y’ubugesera ku badoshe biwe+, kandi munsi y’ubuninahazwa bwiwe ukururumba kuzoguma kururumba nk’ukururumba kw’umuriro+.
4 “Nimwumve iri jambo, mwa nka z’i Bashani mwe+, mu ri ku musozi wa Samariya+, mugunga abantu batobato+, mugakandamiza aboro, mu kabwira ba shobuja ngo: ‘Zana twinywere!’