Yesaya 49:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Abagufata nabi nzobarisha inyama zabo ubwabo; kandi bazoborerwa amaraso yabo ubwabo nk’ababorewe umuvinyu usosa. Kandi ikiri n’umubiri cose kizobwirizwa kumenya ko jewe Yehova+ ndi Umukiza+ wawe n’Umucunguzi+ wawe, Umunyabubasha wa Yakobo+.” Yeremiya 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 ibi rero ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: ‘Ehe, aba bantu ngira ndabarishe ibamba+, kandi nzobanywesha amazi arimwo ubumara+;
26 Abagufata nabi nzobarisha inyama zabo ubwabo; kandi bazoborerwa amaraso yabo ubwabo nk’ababorewe umuvinyu usosa. Kandi ikiri n’umubiri cose kizobwirizwa kumenya ko jewe Yehova+ ndi Umukiza+ wawe n’Umucunguzi+ wawe, Umunyabubasha wa Yakobo+.”
15 ibi rero ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: ‘Ehe, aba bantu ngira ndabarishe ibamba+, kandi nzobanywesha amazi arimwo ubumara+;