Yeremiya 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Amazu yabo azohabwa koko abandi ngo bayigabire, amatongo n’abagore icarimwe+. Kuko nzobangurira ukuboko kwanje ababa mu gihugu,” ni ko Yehova avuze+.
12 Amazu yabo azohabwa koko abandi ngo bayigabire, amatongo n’abagore icarimwe+. Kuko nzobangurira ukuboko kwanje ababa mu gihugu,” ni ko Yehova avuze+.