Hoseya 2:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nzokuresha mu bwizigirwa; kandi uzomenya koko Yehova+.’ Yoweli 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova Imana yanyu+, umwe aba i Siyoni wa musozi wanje mweranda+. Kandi Yeruzalemu hategerezwa gucika ahantu heranda+; nayo ab’ahandi, ntibazokwongera kuhaca+.
17 Kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova Imana yanyu+, umwe aba i Siyoni wa musozi wanje mweranda+. Kandi Yeruzalemu hategerezwa gucika ahantu heranda+; nayo ab’ahandi, ntibazokwongera kuhaca+.