Abalewi 26:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Muzoyogerera mu mahanga+, kandi igihugu c’abansi banyu kizobarigata. Gusubira mu vyagezwe 28:64 Bibiliya y’isi nshasha 64 “Kandi Yehova azogusanzaza mu bisata vyose vy’abantu kuva ku mpera imwe y’isi gushika ku yindi+, kandi hiyo uzobwirizwa gukorera izindi mana utamenye, yaba wewe canke ba sogokuruza bawe, z’ibiti n’amabuye+. Ezekiyeli 22:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nzogusanzaza mu mahanga, ngushwiragize mu bihugu+, kandi nzokuraho ubuhumane bwawe muri wewe+.
64 “Kandi Yehova azogusanzaza mu bisata vyose vy’abantu kuva ku mpera imwe y’isi gushika ku yindi+, kandi hiyo uzobwirizwa gukorera izindi mana utamenye, yaba wewe canke ba sogokuruza bawe, z’ibiti n’amabuye+.