ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Nayo abasigaye muri mwebwe, bazobora+ kubera ikosa ryabo mu bihugu vy’abansi banyu. Egome, mbere kubera amakosa ya ba se+, bazoborana na bo.

  • Ezira 9:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ndaheza mvuga+ nti: “Ewe Mana yanje, numva koko maramaye+ kandi mfise ubuyega+ ku buryo ntoraramurira mu maso hanje kuri wewe, ewe Mana yanje, kuko amakosa+ yacu yagwiriye ku mutwe wacu, ukwagirwa n’icaha kwacu na kwo kukaba kwabaye kwinshi gushika no mu majuru+.

  • Nehemiya 9:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 “Ariko baragambaraye+, barakugarariza+, baguma bashiburira itegeko ryawe inyuma yabo+, kandi bica abahanuzi bawe+ bashinze intahe babagiriza kugira babagarukane kuri wewe+; babandanya gukora ibikorwa vy’akagaye gakomeye+.

  • Yeremiya 31:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Numvise koko Efurayimu yiririra+ ati: ‘Warankosoye, kugira ngo nkosorwe+, nk’inyana itamenyerejwe+. Numpindukize, nanje nzohindukira n’umutima ukunze+, kuko uri Yehova Imana yanje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika