ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 102:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ntazobura guhindukira ngo yumve isengesho ry’abakobwe ibintu vyose+,

      Kandi ntazosuzugura isengesho ryabo+.

  • Yesaya 55:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nimurondere Yehova umwanya agishobora kuboneka+. Nimumuhamagare umwanya akiri hafi+.

  • Yeremiya 29:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Muzompamagara koko, muze, maze munsenge, nanje nzobumviriza+.’

  • Yeremiya 50:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Bazoguma babaza inzira ija i Siyoni, berekejeyo mu maso habo+, bati: ‘Nimuze twifatanye na Yehova mw’isezerano ryamaho igihe kitagira urugero ritazokwibagirwa+.’

  • Zakariya 13:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ico gice kigira gatatu nzogicisha mu muriro+; emwe, nzobatyorora nk’uko batyorora ifeza+, ndabasuzume nk’uko basuzuma inzahabu+. Na co kizokwambaza izina ryanje, nanje ndacishure+. Nzovuga nti: ‘Ni abantu banje+,’ na co kivuge giti: ‘Yehova ni Imana yanje+.’”

  • Matayo 7:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Mugume musaba+, muzohabwa; mugume murondera, muzoronka; mugume mudodora+, muzokwugururirwa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika