ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 28:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Nawe Salomo mwananje, umenye+ Imana ya so kandi uyikorere+ n’umutima ukwiye+ be n’umutima uhimbawe+; kuko Yehova asesa imitima yose+ kandi akamenya impengamiro yose y’ivyiyumviro+. Niwamurondera, azoreka umuronke+; mugabo niwamuheba+, azogushibura ibihe bidahera+.

  • Zaburi 14:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Nayo Yehova, yaravye hasi ari mw’ijuru, araba abana b’abantu+,

      Ngo arabe ko hariho uwufise ugutahura kwimbitse, uwurondera Yehova+.

  • Matayo 7:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kuko umuntu wese asaba ahabwa+, n’uwurondera wese aronka, kandi umuntu wese adodora azokwugururirwa.

  • Luka 13:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 “Nimwihate+ rwose kugira ngo mwinjire muciye mu muryango waga+, kuko, ndabibabwiye, benshi bazorondera kwinjira mugabo ntibazobishobora+,

  • Abaheburayo 4:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 yongera gushinga umusi kanaka mu kuvuga inyuma y’igihe kirekire gutyo muri zaburi ya Dawidi ngo: “Uno musi”; nk’uko vyavuzwe aho haruguru ngo: “Uno musi nimwumviriza ijwi ryayo+, ntimukomantaze imitima yanyu+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika