Kuvayo 23:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Gatatu mu mwaka, uw’igitsina-gabo wese mu bawe azoseruka mu maso y’Umukama w’ukuri, Yehova+. 2 Ngoma 7:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko ico gihe Salomo agira umusi mukuru+ imisi indwi, ari kumwe na Isirayeli yose+, ishengero rinini cane+, kuva ku bwinjiriro bwa Hamati+ gushika ku mwonga wa Misiri+.
8 Nuko ico gihe Salomo agira umusi mukuru+ imisi indwi, ari kumwe na Isirayeli yose+, ishengero rinini cane+, kuva ku bwinjiriro bwa Hamati+ gushika ku mwonga wa Misiri+.