Ezekiyeli 36:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nzobagwizako abantu, inzu ya Isirayeli yose, yose uko ingana+, kandi ibisagara bazobibamwo+, ibibanza vyatikijwe na vyo bisubire kwubakwa+.
10 Nzobagwizako abantu, inzu ya Isirayeli yose, yose uko ingana+, kandi ibisagara bazobibamwo+, ibibanza vyatikijwe na vyo bisubire kwubakwa+.