Ezekiyeli 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nayo wewe ga mwana w’umuntu, niwitunganirize umuzigo w’ubunyagano, uheze uje mu bunyagano ku murango bakubona, egome, uje mu bunyagano uve ahantu hawe uje ahandi, bakubona. Hari aho bobibona, naho abo ari inzu y’ingarariji+.
3 Nayo wewe ga mwana w’umuntu, niwitunganirize umuzigo w’ubunyagano, uheze uje mu bunyagano ku murango bakubona, egome, uje mu bunyagano uve ahantu hawe uje ahandi, bakubona. Hari aho bobibona, naho abo ari inzu y’ingarariji+.