Ezekiyeli 39:1 Bibiliya y’isi nshasha 39 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, vuga ubuhanuzi bucira urubanza Gogi+, uvuge uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ngira nkurwanye, ewe Gogi, wewe mukuru kizigenza wa Mesheki+ na Tubali+.
39 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, vuga ubuhanuzi bucira urubanza Gogi+, uvuge uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ngira nkurwanye, ewe Gogi, wewe mukuru kizigenza wa Mesheki+ na Tubali+.