Ezekiyeli 39:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Mwana w’umuntu, vuga ubuhanuzi bw’ibizoshikira Gogi+, umubwire uti: “Umukama Segaba Yehova avuze ati: ‘Ngira nkurwanye, ewe Gogi, wewe mukuru kizigenza* wa Mesheki na Tubali+.
39 Mwana w’umuntu, vuga ubuhanuzi bw’ibizoshikira Gogi+, umubwire uti: “Umukama Segaba Yehova avuze ati: ‘Ngira nkurwanye, ewe Gogi, wewe mukuru kizigenza* wa Mesheki na Tubali+.