Ezekiyeli 27:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Abaperesi+ na Ludimu+ n’abagabo b’i Puti+, bahora mu nteko zawe za gisirikare, abarwanyi bawe. Inkinzo n’inkofero babimanika muri wewe+. Ni bo batuma ugira ubwiza bwakaka.
10 Abaperesi+ na Ludimu+ n’abagabo b’i Puti+, bahora mu nteko zawe za gisirikare, abarwanyi bawe. Inkinzo n’inkofero babimanika muri wewe+. Ni bo batuma ugira ubwiza bwakaka.