Gusubira mu vyagezwe 32:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko umuriro wadometswe mw’ishavu ryanje+Kandi uzoturira gushika mu kuzimu*, ahantu h’ibwina+,Kandi uzoyigiza isi n’umwimbu wayo+Kandi uzotongora imishinge y’imisozi+. Nahumu 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova ni Imana isaba kwiheberwa yonyene gusa+ kandi yihora; Yehova arihora+ kandi arashangashirwa+. Yehova arihora abarwanizi biwe+, kandi agirira inzika abansi biwe+. Abaheburayo 12:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kuko Imana yacu ari kandi umuriro uyigiza+.
22 Kuko umuriro wadometswe mw’ishavu ryanje+Kandi uzoturira gushika mu kuzimu*, ahantu h’ibwina+,Kandi uzoyigiza isi n’umwimbu wayo+Kandi uzotongora imishinge y’imisozi+.
2 Yehova ni Imana isaba kwiheberwa yonyene gusa+ kandi yihora; Yehova arihora+ kandi arashangashirwa+. Yehova arihora abarwanizi biwe+, kandi agirira inzika abansi biwe+.