Hoseya 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ni co gituma igihugu kizogandara+, n’abakibamwo bose bakayamira hamwe n’igikoko co mu gahinga be n’ikiremwa kiguruka co mu kirere; mbere n’amafi yo mu kiyaga azopfa*+.
3 Ni co gituma igihugu kizogandara+, n’abakibamwo bose bakayamira hamwe n’igikoko co mu gahinga be n’ikiremwa kiguruka co mu kirere; mbere n’amafi yo mu kiyaga azopfa*+.