Ezekiyeli 28:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Uvuge uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ngira nkurwanye+, ewe Sidoni, ninahazwe koko hagati muri wewe+; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova ninashitsa imanza+ muri we, nkezwa vy’ukuri muri we+. Ezekiyeli 38:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi ntuzobura kuduga gutera igisata canje Isirayeli, nk’ibicu bipfuka igihugu+. Bizoba mu kiringo ca nyuma c’imisi, kandi nzokuzana koko gutera igihugu canje+, kugira ngo amahanga amenye jewe, niniyereza muri wewe mu maso yabo, ewe Gogi+!”’
22 Uvuge uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ngira nkurwanye+, ewe Sidoni, ninahazwe koko hagati muri wewe+; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova ninashitsa imanza+ muri we, nkezwa vy’ukuri muri we+.
16 Kandi ntuzobura kuduga gutera igisata canje Isirayeli, nk’ibicu bipfuka igihugu+. Bizoba mu kiringo ca nyuma c’imisi, kandi nzokuzana koko gutera igihugu canje+, kugira ngo amahanga amenye jewe, niniyereza muri wewe mu maso yabo, ewe Gogi+!”’