Ezekiyeli 20:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 “Mwana w’umuntu, erekeza mu maso hawe+ amaja mu karere ko mu bumanuko, utonyangirize+ amajambo mu bumanuko, ubwire ubuhanuzi ikibira co mu gahinga ko mu bumanuko. Ezekiyeli 21:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Mwana w’umuntu, erekeza mu maso hawe i Yeruzalemu, utonyangishe+ amajambo uyerekeza ku bibanza vyeranda+, uvuge ubuhanuzi bwagiriza ubutaka bwa Isirayeli+. Ezekiyeli 33:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Igihugu nzokigira koko igiharabuga+, emwe, umusaka, kandi ubwishime bw’inkomezi zaco buzohagarara koko+, n’imisozi ya Isirayeli igirwe umusaka+, ata n’umwe arengana.
46 “Mwana w’umuntu, erekeza mu maso hawe+ amaja mu karere ko mu bumanuko, utonyangirize+ amajambo mu bumanuko, ubwire ubuhanuzi ikibira co mu gahinga ko mu bumanuko.
2 “Mwana w’umuntu, erekeza mu maso hawe i Yeruzalemu, utonyangishe+ amajambo uyerekeza ku bibanza vyeranda+, uvuge ubuhanuzi bwagiriza ubutaka bwa Isirayeli+.
28 Igihugu nzokigira koko igiharabuga+, emwe, umusaka, kandi ubwishime bw’inkomezi zaco buzohagarara koko+, n’imisozi ya Isirayeli igirwe umusaka+, ata n’umwe arengana.