Yesaya 34:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi amashūri y’amanyeshamba+ ategerezwa kumanukana na vyo, n’ibimasa bimanukane n’ibikomeye+; kandi igihugu cabo kizojobekwa n’amaraso, n’umukungugu wabo uzokima kubera ikinure+.” Yeremiya 50:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Mugandagure ibimasa vyiwe vyose+. Nibimanuke gukererwa+. Biragowe, kuko umusi wavyo ushitse, egome, igihe co kuvyitaho+!
7 Kandi amashūri y’amanyeshamba+ ategerezwa kumanukana na vyo, n’ibimasa bimanukane n’ibikomeye+; kandi igihugu cabo kizojobekwa n’amaraso, n’umukungugu wabo uzokima kubera ikinure+.”
27 Mugandagure ibimasa vyiwe vyose+. Nibimanuke gukererwa+. Biragowe, kuko umusi wavyo ushitse, egome, igihe co kuvyitaho+!