ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 23:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Imana ibakuye mu Misiri+.

      Afise ubunyarutsi nk’ubw’ishūri y’inyeshamba+.

  • Gusubira mu vyagezwe 33:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ubwiza bwakaka bwiwe ni nk’ubw’ishūri y’uburiza+,

      Amahembe yiwe ni amahembe y’ishūri y’inyeshamba+.

      Ni yo azosunikisha ibisata vy’abantu+

      Vyose hamwe gushika ku mpera z’isi,

      Kandi ni yo bihumbi mirongo vya Efurayimu+,

      Kandi ni yo bihumbi vya Manase.”

  • Yobu 39:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Mbega ishūri y’inyeshamba iremera kugukorera+,

      Canke yorara iruhande y’ubwato bwawe bw’ibitungwa?

  • Zaburi 92:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mugabo uzoshira hejuru ihembe ryanje nka rirya ry’ishūri y’inyeshamba+;

      Nzokwibombekesha amavuta mashasha+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika