Abalewi 26:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 jewe, emwe, jewe nzobwirizwa rero kugenda ndabarwanya+; kandi jewe, emwe, jewe nzobwirizwa kubakubita incuro indwi kubera ibicumuro vyanyu+. Ezekiyeli 36:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze ndabasanzaza mu mahanga, ku buryo bashwiragizwa mu bihugu+. Nabaciriye urubanza nk’uko inzira yabo n’ibikorwa vyabo biri+.
24 jewe, emwe, jewe nzobwirizwa rero kugenda ndabarwanya+; kandi jewe, emwe, jewe nzobwirizwa kubakubita incuro indwi kubera ibicumuro vyanyu+.
19 Maze ndabasanzaza mu mahanga, ku buryo bashwiragizwa mu bihugu+. Nabaciriye urubanza nk’uko inzira yabo n’ibikorwa vyabo biri+.