ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 78:55
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 55 Kandi kubera bo, igenda irirukana amahanga+,

      Ibagabagurira intoranwa ikoresheje ikamba yo gupimisha+,

      Ku buryo ituma imiryango ya Isirayeli yibera mu mihana yayo bwite+.

  • Ezekiyeli 47:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nya mugabo agiye agana mu buseruko afise mu kuboko ikamba yo gupimisha+, aca agera amatambwe igihumbi hanyuma ancisha muri ayo mazi, amazi angera ku maso y’ibirenge.

  • Zakariya 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nuko ndaramuye amaso, mbona umugabo afise mu kuboko umugozi wo gupimisha+.

  • Ivyahishuwe 11:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Maze mpabwa irenga rimeze nk’inkoni+ igihe yavuga ati: “Haguruka ugere aheranda h’urusengero+ rw’Imana n’igicaniro be n’abahasengera.

  • Ivyahishuwe 21:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Uwariko avugana nanje yari afise irenga+ ry’inzahabu ry’ikigeresho, kugira ngo agere ico gisagara n’amarembo yaco n’uruhome rwaco+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika