Ezekiyeli 40:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Araheza anzana ng’aho, maze ndahabona umugabo. Ishusho yiwe yasa n’umujumpu+, kandi mu kuboko kwiwe hari umugozi w’ilino*, n’irenga ryo kugeresha+, kandi yari ahagaze mw’irembo. Ivyahishuwe 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Uwariko avugana nanje yari afise irenga+ ry’inzahabu ry’ikigeresho, kugira ngo agere ico gisagara n’amarembo yaco n’uruhome rwaco+.
3 Araheza anzana ng’aho, maze ndahabona umugabo. Ishusho yiwe yasa n’umujumpu+, kandi mu kuboko kwiwe hari umugozi w’ilino*, n’irenga ryo kugeresha+, kandi yari ahagaze mw’irembo.
15 Uwariko avugana nanje yari afise irenga+ ry’inzahabu ry’ikigeresho, kugira ngo agere ico gisagara n’amarembo yaco n’uruhome rwaco+.