-
Ezekiyeli 40:34Bibiliya y’isi nshasha
-
-
34 Ibaraza ryaryo ryaraba mu kigo c’inyuma, kandi ku nkingi za nya rembo zo mu mbavu hari amashusho y’ibigazi hino no hirya. Akadugo karyo kari ingazi umunani.
-