Ezekiyeli 40:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ibaraza ryaryo ryaraba mu kigo c’inyuma, kandi ku nkingi zaryo zo mu mbavu hari amashusho y’ibigazi+, akadugo karyo na ko kakaba ingazi umunani+.
31 Ibaraza ryaryo ryaraba mu kigo c’inyuma, kandi ku nkingi zaryo zo mu mbavu hari amashusho y’ibigazi+, akadugo karyo na ko kakaba ingazi umunani+.