-
Ezekiyeli 42:5Bibiliya y’isi nshasha
-
-
5 Ku vyerekeye ivyumba vy’uburiro, ivyo hejuru vyari bigufi, kuko utubaraza twabirya ikibanza, bikaba bigufi kuruta ivyo hasi be n’ivyo hagati, ku bijanye na nya nyubakwa.
-