Ezekiyeli 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi umwe wese yari afise mu maso hane+. Mu maso ha mbere hari ah’umukerubi, mu maso ha kabiri hari ah’umuntu yakuwe mw’ivu+, aha gatatu hari ah’intambwe, aha kane na ho hakaba ah’inkona+.
14 Kandi umwe wese yari afise mu maso hane+. Mu maso ha mbere hari ah’umukerubi, mu maso ha kabiri hari ah’umuntu yakuwe mw’ivu+, aha gatatu hari ah’intambwe, aha kane na ho hakaba ah’inkona+.