Ivyahishuwe 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Hanyuma ndabona, maze numva inkona+ iguruka hagati mu kirere+ ivuga n’ijwi rirenga iti: “Amagorwa, amagorwa, amagorwa+ ku baba kw’isi kubera ukuvuza inzumbete gusigaye kw’abamarayika batatu bagira bavuze inzumbete zabo+!”
13 Hanyuma ndabona, maze numva inkona+ iguruka hagati mu kirere+ ivuga n’ijwi rirenga iti: “Amagorwa, amagorwa, amagorwa+ ku baba kw’isi kubera ukuvuza inzumbete gusigaye kw’abamarayika batatu bagira bavuze inzumbete zabo+!”