ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Nuko muregera hafi maze muhagarara ku mucamo w’umusozi, kandi umusozi wariko uraka umuriro gushika hagati mw’ijuru; hari umwiza, igicu n’umuzimagiza w’umuzitanya+.

  • Ivyahishuwe 14:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Maze mbona uwundi mumarayika aguruka hagati mu kirere+, kandi yari afise inkuru nziza+ y’ibihe bidahera yo gutangaza nk’amakuru y’akamwemwe ku baba kw’isi, no kw’ihanga ryose n’umuryango wose n’ururimi rwose n’igisata cose+,

  • Ivyahishuwe 19:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Mbona kandi umumarayika ahagaze mu zuba, asemerera n’ijwi rirenga, abwira inyoni+ zose ziguruka hagati mu kirere ati: “Nimuze hano, mukoranire hamwe ku mfungurwa nyinshi zo ku mugoroba z’Imana,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika