Zaburi 47:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Imana icitse umwami ku mahanga+.Imana ubwayo ifashe icicaro ku ntebe y’ubwami yayo nyeranda+. Yesaya 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ariko jewe, mu mwaka Umwami Uziya yapfa+, mbona Yehova+ yicaye ku ntebe y’ubwami+ ikirurutse kandi ishizwe hejuru, kandi impuzu yiwe* yari yuzuye urusengero+. Yeremiya 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ico gihe bazokwita Yeruzalemu intebe y’ubwami ya Yehova+; kandi i Yeruzalemu ni ho amahanga yose azokoranirizwa+ kugira ngo ashemeze izina rya Yehova ng’aho+, kandi ntibazokwongera gukurikira akagagazo k’umutima wabo mubi+.” Ezekiyeli 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Hejuru y’ico kirere cari hejuru y’umutwe wavyo hari ikintu gisa n’ishusho y’ibuye rya safiro+, kimeze nk’intebe y’ubwami+. Kandi hejuru, kuri nya kintu kimeze nk’intebe y’ubwami hari uwufise ishusho nk’iy’umuntu yakuwe mw’ivu+.
6 Ariko jewe, mu mwaka Umwami Uziya yapfa+, mbona Yehova+ yicaye ku ntebe y’ubwami+ ikirurutse kandi ishizwe hejuru, kandi impuzu yiwe* yari yuzuye urusengero+.
17 Ico gihe bazokwita Yeruzalemu intebe y’ubwami ya Yehova+; kandi i Yeruzalemu ni ho amahanga yose azokoranirizwa+ kugira ngo ashemeze izina rya Yehova ng’aho+, kandi ntibazokwongera gukurikira akagagazo k’umutima wabo mubi+.”
26 Hejuru y’ico kirere cari hejuru y’umutwe wavyo hari ikintu gisa n’ishusho y’ibuye rya safiro+, kimeze nk’intebe y’ubwami+. Kandi hejuru, kuri nya kintu kimeze nk’intebe y’ubwami hari uwufise ishusho nk’iy’umuntu yakuwe mw’ivu+.