ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 11:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 kugira ngo bagendere mu vyagezwe vyanje, bagumye ingingo zanje z’ubutungane bongere bazishitse vy’ukuri+, kandi babe abantu banje koko+, nanje mbe Imana yabo+.”’

  • Ezekiyeli 36:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Nzoshira impwemu yanje muri mwebwe+, ngire ico nkoze kugira ngo mugendere mu ngingo nyobozi zanje+, kandi muzogumya ingingo zanje z’ubutungane, muzishitse vy’ukuri+.

  • Yohani 13:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nimba muzi ivyo bintu, muzoba muhiriwe mubikoze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika