Abalewi 21:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Baze berekane ko ari beranda ku Mana yabo+, kandi ntibaze bahumanye izina ry’Imana yabo+, kuko ari bo bashikiriza amashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro, umukate w’Imana yabo+; kandi bategerezwa kwerekana ko ari beranda+. Malaki 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “‘Mu gushikiriza ku gicaniro* canje umukate wanduye+.’ “‘Namwe muti: “Twakwanduje gute?”’ “‘Mu kuba muvuga ngo: “Imeza+ ya Yehova ni ikintu co gusuzugurwa+.”
6 Baze berekane ko ari beranda ku Mana yabo+, kandi ntibaze bahumanye izina ry’Imana yabo+, kuko ari bo bashikiriza amashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro, umukate w’Imana yabo+; kandi bategerezwa kwerekana ko ari beranda+.
7 “‘Mu gushikiriza ku gicaniro* canje umukate wanduye+.’ “‘Namwe muti: “Twakwanduje gute?”’ “‘Mu kuba muvuga ngo: “Imeza+ ya Yehova ni ikintu co gusuzugurwa+.”