ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 mugata ivyagezwe vyanje+, imitima yanyu ikazinukwa ingingo zanje z’ubutungane kandi ntimushitse amabwirizwa yanje yose, gushika aho murenga kw’isezerano ryanje+,

  • Gusubira mu vyagezwe 31:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Yehova rero abwira Musa ati: “Ehe ugira uryame hamwe na ba sogokuruza bawe+; kandi aba bantu ntibazobura guhaguruka+ bagashurashura n’imana z’inyamahanga z’igihugu bariko barajamwo+, hagati yabo nyene, kandi bazonta koko+ barenge kw’isezerano ryanje nagiranye na bo+.

  • Yeremiya 11:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Basubiye mu makosa ya ba sekuruza babo+, bamwe ba mbere, abanse kugamburuka amajambo yanje, mugabo bagakurikira izindi mana kugira ngo bazikorere+. Inzu ya Isirayeli n’inzu ya Yuda zararenze kw’isezerano ryanje nagiranye na ba sekuruza babo+.

  • Abaheburayo 8:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 atari nka rya sezerano+ nagiranira na ba sekuruza babo ku musi nabafata ukuboko kugira ngo ndabasohore mu gihugu ca Misiri+, kubera ko batabandanije mw’isezerano ryanje+, ku buryo naretse kubababara,’ ni ko Yehova avuga+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika