Yesaya 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi abayobora aba bantu ni bo babatera kwangara+; nayo abayoborwa bo muri bo, ni bo bavurugwa ubwenge+. Malaki 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Ariko mwebwe, mwarakebeje muta inzira+. Mwatumye benshi batsitara mu bijanye n’itegeko+. Mwarononye isezerano rya Lewi+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.
16 Kandi abayobora aba bantu ni bo babatera kwangara+; nayo abayoborwa bo muri bo, ni bo bavurugwa ubwenge+.
8 “Ariko mwebwe, mwarakebeje muta inzira+. Mwatumye benshi batsitara mu bijanye n’itegeko+. Mwarononye isezerano rya Lewi+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.