ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 18:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Kuko abantu banje banyibagiye+ mu buryo bw’uko bafumbishiriza umwotsi w’ibimazi ikintu kitagira akamaro+, no mu buryo bw’uko batsitaza abantu mu nzira zabo+, iminyuro ya kera+, kugira ngo bagendere mu mabarabara, inzira itaringaniye,

  • Luka 11:52
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 52 “Muragowe mwebwe abahanga mu vy’Itegeko, kubera ko mwatwaye urupfunguruzo rw’ubumenyi+; mwebwe ubwanyu ntimwinjiye, kandi n’abinjira mwarababujije+!”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika