Kuvayo 30:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kandi uze uvyeze kugira bicike koko vyeranda rwose+. Uwubikorako wese abwirizwa kuba mweranda+. Abalewi 6:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 “‘Ikintu cose kizokora ku nyama zaryo, kizocika ceranda+, kandi igihe hagize uwucucagira impuzu makeyi ku maraso yaryo+, uzomesera ahantu heranda ico ayacucagiye+.
27 “‘Ikintu cose kizokora ku nyama zaryo, kizocika ceranda+, kandi igihe hagize uwucucagira impuzu makeyi ku maraso yaryo+, uzomesera ahantu heranda ico ayacucagiye+.