4 Muri abo, abo kuba abahagarikizi b’igikorwa c’inzu ya Yehova bari ibihumbi mirongo ibiri na bine; abo kuba abarongozi+ n’abacamanza+ bari ibihumbi bitandatu;
8 I Yeruzalemu na ho nyene Yehoshafati ahashira bamwe mu Balewi+ n’abaherezi+, na bamwe mu bakuru b’amazu ya ba sekuru+ ba Isirayeli ngo bace imanza+ za Yehova n’imanza+ z’ababa i Yeruzalemu.