Ezekiyeli 21:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, vuga ubuhanuzi, ukubite ikiganza ku kindi+, kandi hasubirwemwo gatatu+ ngo ‘Inkota!’ Ni inkota y’abagandaguwe. Ni inkota y’uwagandaguwe ahambaye, iyiriko ibakikuza irya n’ino+.
14 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, vuga ubuhanuzi, ukubite ikiganza ku kindi+, kandi hasubirwemwo gatatu+ ngo ‘Inkota!’ Ni inkota y’abagandaguwe. Ni inkota y’uwagandaguwe ahambaye, iyiriko ibakikuza irya n’ino+.