Guharura 24:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ishavu rya Balaki rica rirurumbira Balamu, akubita amashi ku yandi+, hanyuma Balaki abandanya kubwira Balamu ati: “Naguhamagaye ngo uvume+ abansi banje, none ehe wabahezagiye uherezako izi ncuro zitatu zose. Ezekiyeli 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Kubita amashi ku yandi+ wongere udide ikirenge, uvuge ngo “Ayayaa!”, kubera ibintu vyose bibi biteye ishishi vy’inzu ya Isirayeli+, kuko bazogwishwa n’inkota+ n’ikigoyi+ be n’ikiza+.
10 Ishavu rya Balaki rica rirurumbira Balamu, akubita amashi ku yandi+, hanyuma Balaki abandanya kubwira Balamu ati: “Naguhamagaye ngo uvume+ abansi banje, none ehe wabahezagiye uherezako izi ncuro zitatu zose.
11 “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Kubita amashi ku yandi+ wongere udide ikirenge, uvuge ngo “Ayayaa!”, kubera ibintu vyose bibi biteye ishishi vy’inzu ya Isirayeli+, kuko bazogwishwa n’inkota+ n’ikigoyi+ be n’ikiza+.